#Burundi #RMTUpDates: 20200717 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Intrnet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 17-07-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’Ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Umukuru w’Igihugu c’Uburundi aratera akamo abarundi kuvomerera imirima muri kino gihe co muci.
-Naho ikiza ca corona Virus carandagase mu Burundi nticabujije ko ibikogwa vyo kubaka ingomero zumuyagankuba kunzuzi Jiji na Murembwe bibandanya.
Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…



20200717 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Intrnet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire