#Burundi #RMTUpDates: 20200722 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 22-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-kugwanya ibiturire kubunga bunga itunga ry’igihugu hamwe no gutahukana impuzi ngo nibimwe mumigambi Reta y’uburundi igiye gushira mungiro vuba.
-Hagizimisi hibonekeza amasanganya mumabarabara atandukanye abajejwe umutekano barakwiye kuhabera magabo kugira ngwayo masanganya agabanuke.
-Amapikipiki matomato azwi nka jehokuki yarahagaritswe mugisagara ca bujumbura kuva isaha cumi na zibiri zumuhingamo muntumbero yogucungera umutekano w’abene gihugu.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu YouTube, Facebook, Website,…



20200722 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire