#Burundi #RMTUpDates: 20200728 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kabiri igenekerezo rya 28-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Unomusi igenekerezo rya 28-07-2020 niho mugihugu cose hariko hakogwa ikibazo ca reta kirangiza amashure yisumbuye kigatanga uburenganzira bwokuja mu zakaminuza.
-Amasanganya yimiriro arakunze kwigaragaza muribino bihe vyimpeshi aba yaturutse ku miriro isanzwe canke kumiyagankuba.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu YouTube, Facebook, Website,..



20200728 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire