#Burundi #RMTUpDates: 20200730 – Amakuru ya Radiom @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kane igenekerezo rya 30-07-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Kuruyu musi wakane igenekerezo rya 30-07-2020 niho aba Islam bokwisi yose baja mumafungo yumusi mukuru bitiriye kubaga intama.
-Ntamwuga udakiza, Abasanzwe bakora umwuga wukubarira ibirato barashima uko basanzwe barangura uwomwuga wabo bakana himiriza abandi kuwuhurumbira.
-Abasanzwe barangura umwuga wugusudira baratwiganira ibikoresho basanzwe bakoresha mukurangura uwomwuga wabo.
Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu YouTube, Facebook, Website,..



20200730 – Amakuru ya Radiom @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire