#Burundi #RMTUpDates: 20200804 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wakabiri mushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Kuri uyu wambere Myandagaro 2020 harabaye umunsi mukuru wahariwe umunsi wo gufashanya
Amakenga n’ahere kubenegihugu barangurira imirimo yabo mwisoko nkuru ya Magara bivanye n’inyubakwa igira yubakwe mwisoko hagati
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube. Facebook. Website…



20200804 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire