#RMT: Inkino za #CAFConfederationCup n' iza #CAFChampionsLeague zimirije k' umugabane wa #Africa, zizokinwa ata barorerezi bari mu bibug… – #RMTUpDates

Inkino za #CAFConfederationCup n' iza #CAFChampionsLeague zimirije k' umugabane wa #Africa, zizokinwa ata barorerezi bari mu bibuga.
Ivyo vyashikirijwe n' ishirahamwe ry' umupira w' amaguru #CAF. Ni mu gihe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020 #MusongatiFC izakira #GreenEagles yo muri #Zambia kuri #StadeIntwari nayo #MessagerNgozi ikazokwakira #YoungBaffaloes yo muri #Eswatini.
Iyo nkuru uyakiriye gute?
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …