#RMT: Ivyavuye mu nkino zabaye kuva kuwa Gatanu, kuwa Gatandatu no kuwa Mungu igenekerezo rya 6 Kigarama 2020 mu mahiganwa atandukanye y' umu… – #RMTUpDates

Ivyavuye mu nkino zabaye kuva kuwa Gatanu, kuwa Gatandatu no kuwa Mungu igenekerezo rya 6 Kigarama 2020 mu mahiganwa atandukanye y' umupira w' amaguru.

I. Ihiganwa rihuza ama Komine agize igihugu c' Uburundi🇧🇮 muri uno mwaka wa 2020 ryarasozerewe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama 2020 mu ntara ya #Rutana.
Iryo higanwa ry' uno mwaka ryatahukanywe n' umurwi wa komine #BUGARAMA iri mu ntara ya #RUMONGE utsinze umurwi wa komine #Ruyigi ku gitsindo kimwe k' ubusa.
FT: Stade Rutana 12h00 Komine Ruyigi 0-1 Komine Bugarama( Y' intara ya Rumonge

II. Icicaro ca kabiri mu 🇧🇮 ku ndwi ya 5.
FT: Makamba United 0-5 New Oil
FT: LLBS4A 1-0 Les Lierres
FT: Buhumuza FC 2-2 Top Junior
FT: Telaviv 5-3 Flambeau de l' Est
FT: Les Crocos 0-0 Les Jeunes Athletic
FT: Moso Sugar 3-1 Lumière de Mwumba
FT: Garage Express 5-0 Agasaka Ac.
MN: Kuwa mbere igenekerezo rya 07 Kigarama 2020
Stade Urukundo 14h30 Ngozi City & Delta Star

III. #Burundi #PrimusLigue ku ndwi ya 13
FT: Royal FC 2-0 Vital'o FC
FT: Muzinga FC 1-1 Rukinzo FC
FT: Aigle Noir 0-0 Athletico Ac.
FT: Kayanza United 2-0 Bumamuru
FT: Les Elephants FC 1-0 Buja City
FT: Flambeau du Centre 1-0 Inter Stars
Messager Ngozi & B.S Dynamk Reporté
Olympic Star & Musongati F Reporté

IV. Rwanda🇷🇼️ premier League ku ndwi ya mbere.
FT: Marines 2-0 Gorilla
FT: Sunrise 1-3 Gasogi United
FT: Mukura 1-3 Kiyovu
FT: Espoir 0-O Bugesera
FT: AS Muhanga 1-1 Etincelles
FT: Rutsiro 1-1 Rayon Sport

V. #Tanzania #VPL ku ndwi ya 14
FT: Young Africans 2-1 Ruvu Shooting
FT: Mtibwa Sugar 1-0 Mwadui FC
FT: Ihefu SC 1-1 JK Tanzania
FT: Coastal Union 0-4 Mbeya City
FT: Tanzania Prisons 0-1 Kagera Sugar

VI. #CAFChampionsLeague R2
FT: Kaizer Chiefs 0-0 PWD Bamenda(1-0)
FT: Gor Mahia 3-1 APR FC(4-3)
FT: FC Platinum 2-0 Coastal De Sol(4-1)
FT: Simba SC 0-0 Plateau United(1-0)
FT: Nanka FC 0-0 Bantu FC(1-0)
FT: SC Sfaxien 3-1 Mlandege FC(8-1)
FT: Mogadishu City 0-2 AS Sonidep
FT: Messager Ngozi 1-1 Young Baffaloes(2-1)

VII. #CAFConfederationCup R2
FT: Green Eagles 2-1 Musongati FC(4-3)
FT: KVZ Zanzibar 0-3 Al Amal Atbara (0-4)
FT: Napsa Stars 4-1 Ngazj Sport
FT: US Gendarmerie Nationale 1-1 Yeelen Olympic
FT: Kano Pillars 0-0 ASC Jaraf
FT: Salitas 2-1 Ashanti Gold
FT: AS Kigali 1-0 ORAPA United(3-2)

VIII. #England #EPL R11
FT: Burnley 1-1 Everton
FT: Manchester City 2-0 Fulham
FT: Chelsea 3-1 Leeds United
FT: West Brom 1-5 Crystal Palace
FT: Sheffield United 1-2 Leicester City
FT: Tottenham 2-0 Arsenal
FT: Liverpool 4-0 Wolves



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …