Breaking News

#RMT: Kurikirana urukino rwa kimwe ca kabiri (Demi-finale) rwaraye rubaye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020 rwabereye mu ntara y… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Kurikirana urukino rwa kimwe ca kabiri (Demi-finale) rwaraye rubaye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Kigarama 2020 rwabereye mu ntara ya #Rutana hagati y' imirwi yabaye iyambere mu ntara zigize igihugu c' #UBURUNDI rwahuje intara ya #RUMONGE n' intara ya #MURAMVYA.
FT: Rumonge 1-0 Muramvya

M.N: Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama 2020 hategekanijwe urukino rwa nyuma(FINALE) hagati y' intara ya #RUMONGE n' intara ya #RUYIGI igihe c' isaha zitandatu(12h00) kuri #RUTANASTADIUM.
Urwo rukino ruza guca kuri #Radiomagaratimesfm92MHZ.
#PérèsNIBIGIRA.


Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -