Breaking News
Kuva aho #Sat-B  ashiriye ahabona urukurikirane rw' indirimbo ziwe n' itariki agiye gushirira hanze iyo #EP maze #BigFizzo nawe ag...

#RMT: Kuva aho #Sat-B ashiriye ahabona urukurikirane rw' indirimbo ziwe n' itariki agiye gushirira hanze iyo #EP maze #BigFizzo nawe ag… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Kuva aho #Sat-B ashiriye ahabona urukurikirane rw' indirimbo ziwe n' itariki agiye gushirira hanze iyo #EP maze #BigFizzo nawe agashira ahabona urutonde n' itariki yo gushira ahabona izo nkurikirane z' indirimbo, ubu ntakindi kiriko kiravugwa atari #BigFizzo_DoubleAlbum na #SatB_EP.
Naho umenga umuzo wa #Alikiba usa nk' uwiteguriwe m' #Uburundi, Abarundi benshi barakomeza kwibaza impamvu m' #Uburundi bama baronka abashitsi ariko bo batigera baba abashitsi mu bihugu bibanyi canke mukarere kose ka #Africa ndetse no kuyindi migabane y' isi.
#OlivierNibitanga



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -