Breaking News
Urukino rwa nyuma(finale) rwahuje intara ya Rumonge n' intara ya Ruyigi rwabereye mu ntara ya #Rutana m' ubumanuko bw' igihug...

#RMT: Urukino rwa nyuma(finale) rwahuje intara ya Rumonge n' intara ya Ruyigi rwabereye mu ntara ya #Rutana m' ubumanuko bw' igihug… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Urukino rwa nyuma(finale) rwahuje intara ya Rumonge n' intara ya Ruyigi rwabereye mu ntara ya #Rutana m' ubumanuko bw' igihugu c' Uburundi🇧🇮 hari kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama 2020 rwarangiye kuntsinzi y' intara ya #Rumonge y' igitsindo kimwe k' ubusa bwa #Ruyigi.
FT: Rutana Stadium 12h00 Ruyigi 0-1 Rumonge
Bravooooo k' umurwi w' intara ya Rumonge.
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -