Breaking News
Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe....

#RMT: Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe…. – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza🇫?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe.
#Arsenal watsindiwe ku kibuga cawo na #Burnley igitsindo kimwe k' ubusa, #ManchesterUnited ku kibuga cayo ihanganiriza na #ManchesterCity,
#Everton itsinda #Chelsea kimwe k' ubusa nayo #Tottenham iranganya na #CrystalPalace igitsindo kimwe ku kindi.
Jewe umurwi nkunda vyaranse(Chelsea). Weho umurwi ukunda muri week-end vyawugendeye gute?
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -