Breaking News
Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’ amatagisi #OBR gifadikanyije n’ igiporisi c’ Uburundi kuri uyu wa mbe...

#RMT: Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’ amatagisi #OBR gifadikanyije n’ igiporisi c’ Uburundi kuri uyu wa mbe… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’ amatagisi #OBR gifadikanyije n’ igiporisi c’ Uburundi kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14 kigarama 2020.

Ivyo bitenge bikaba vyafatiwe hafi y’ igisata c’ ishirahamwe #Regideso .

Komiseri arongoye ico kigo #Audance_Niyonzima avuga ko vyazanywe n’ ubwato 2 bivuye mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, vyose hamwe bifise agaciro k’ imiriyoni zirenga 50 z’ amafaranga y’ amarundi kandi ko bica bigurishwa icamunara, amafaranga ngo aca aja mu kigega ca Reta.

Mu gihe mu giporisi bamenyesha ko bariko barakora amatohoza kugira bene ibidandazwa bamenyekane, ikigo #OBR gihamagarira abakora urwo rudandazwa rwo mu kinywabi kuvavanura narwo.
#Olivier_NIBITANGA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -