#RMT: Ivyavuye mu nkino zaraye zibaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 kigarama 2020 mu mahiganwa atandukanye…. – #RMTUpDates

Ivyavuye mu nkino zaraye zibaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 15 kigarama 2020 mu mahiganwa atandukanye.

I. England🇫🇴 #EPL ku ndwi ya 13
FT: Wolves 2-1 Chelsea
FT: Man City 1-1 West Brom

II. Espagne🇪🇸 #LaligaSatander ku ndwi ya 14
FT: Real Madrid 3-1 Athletico Bilbao

III. Italy🇮🇹 #SérieA ku ndwi ya 12
FT: Udinese 0-0 Crotone
FT: Benevento 1-1 Lazio

IV. Allemagne🇩🇪 #Bundesliga ku ndwi ya 12
FT: Frankfurt 3-3 M'Gladbach
FT: Herha Berlin 0-0 Mayence
FT: Werder Brême 1-2 Dortmund
Ubona umurwi ukunda vyawugendeye gute? Jewe #Chelsea nkunda vyaraye bisubiriye kwanka.
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …