#RMT: Nk' uko vyama bikorwa buri munsi wa kane, kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 17 kigarama 2020 habaye ibikorwa vyo guca imikobeko mu… – #RMTUpDates

Nk' uko vyama bikorwa buri munsi wa kane, kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 17 kigarama 2020 habaye ibikorwa vyo guca imikobeko mu ntumbero yo gukingira isi ndimwa biciye muri wa mugambi w' igihugu c' Uburundi #EweBurundiUrambaye.
Ivyo bikorwa bikaba vyabereye k' umutumba Bugarama wa komine #BUGARAMA intara ya #Rumonge aho vyitabiriwe m' umufundi w' indimo #DieudonnéNIBITANGA, umukuru w' uwo mutumba #PhilbertNDAYIHAYA n' abenegihugu muri rusangi.
Weho aho ubaye, ukingira isi ndimwa gute?
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …