Breaking News

#RMT: Ishirahamwe #NsengiyumvaHoldingsCompanySPRL ribicishije mu gisata caryo #BonitaHealthyJuiceDrinks, ryaratanguye guhingura ikinyobwa #BonitaJ… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Ishirahamwe #NsengiyumvaHoldingsCompanySPRL ribicishije mu gisata caryo #BonitaHealthyJuiceDrinks, ryaratanguye guhingura ikinyobwa #BonitaJuice.
Iryo hinguriro rikorera muri zone #Magara komine #Bugarama intara ya #Rumonge. Ushaka kumenya vyinshi kubijanye n' ico kinyobwa, kurikirana ikiganiro uwurongoye iryo shirahamwe #NsengiyumvaJohnClinton yagiraniye na #RadioMagaraTimesFM92MHZ hari kw' igenekerezo rya 01 Kigarama 2020 ku cicaro c' iryo shirahamwe.


Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -