Breaking News
#PeteroBuyoya...

#RMT: #PeteroBuyoya… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

#PeteroBuyoya
Ku myaka 71 y' amavuko, ashengeye mu gihe yaherukira gutangira imihoho mu gihugu ca Mali, aho yari mu mabanga y' intumwa idasanzwe y' ishirahamwe ry' ubumwe bw' Afrika mu karere ka #Sahel.
Naho icahitanye ubuzima bwiwe kitaramenyekana neza, amakuru ya mbere avuga ko ashobora kuba yari afise ikiza ca #Koronavirisi.

Terera iciyumviro cawe kubivurwa n' ivyo koko yishwe na koronavirisi ?#OnésimeNdayishimiye



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -