Breaking News
Burundi Ivyavuye m' urukino rw' ikirarane rwabaye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 kigarama 2020....

#RMT: Burundi Ivyavuye m' urukino rw' ikirarane rwabaye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 kigarama 2020…. – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Burundi🇧🇮 Ivyavuye m' urukino rw' ikirarane rwabaye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 kigarama 2020.
FT: Musongati FC 0-1 Messager Ngozi

#Imirwi itanu(5) ya mbere
1. Flambeau du Centre 26pts(+14)
2. Rukinzo FC 26pts(+7)
3. Aigle Noir SC 25pts(+4)
4. Olympic Star 24pts(+8) 1match en retard
5. Le Messager Ngozi 23pts(-1) 1Match en Retard

Inkino zibiri z' ibirarane zisigaye zizokinwa kw' igenekerezo rya 26 kigarama 2020

1) Stade Umuco 15h00 Olympic Star & Musongati FC
2) Stade Urukundo 15h00 Messager Ngozi & B S Dynamik
Bandanya utanga amahirwe k' umirwi izotahukana amanota atatu?
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -