#RMT: Burundi: Inyuma yaho #DjumaineNiyonkuru umumenyereza wa #MusongatiFC atangiye imihoho mu mabanga yo kumenyereza uyo murwi hari kuri uyu wa 2… – #RMTUpDates

Burundi🇧🇮: Inyuma yaho #DjumaineNiyonkuru umumenyereza wa #MusongatiFC atangiye imihoho mu mabanga yo kumenyereza uyo murwi hari kuri uyu wa 27 kigarama 2020, ubu naho n' umumenyereza wa #KayanzaUnited yatanze imihoho bwana #JoslinBipfubusa nk' uko tubisanga m' urwandiko yarungikiye uburongozi b' uyo murwi.
Mbe izi ngingo zo gutanga imihoho ku bamenyereza b' imirwi na cane cane mu cicaro ca mbere vyoba biva kuki?
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …