Breaking News
#SérieA R15 dimanche, le 03/01/2021...

#RMT: #SérieA R15 dimanche, le 03/01/2021… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

#SérieA🇮🇹 R15 dimanche, le 03/01/2021
FT: Juventus 4-1 Udinese
MN: Ibitsindo bibiri CristianoRonaldo🇵🇹 yatsinze muri urwo rukino, vyatumye acashikana ibitsindo 758 kuva atanguye gukina umupira w' amaguru uzwi n' amategeko.
Vyaciye bituma kandi asumvya #Pelé🇧🇷 igitsindo kimwe kuko we yahagarikije ivyo gukina ku bitsindo 757.
Ubu tuvugana #CR7 asigaje gutsinda itsindo 2 kugira ngo acafata ikibanza ca mbere kw' isi yose nk' umukinyi afise ibitsindo vyinshi.
Uwa mbere ni #JosefBican🇦🇹 yahagarikije ivyo gukina umupira w' amaguru afise ibitsindo 759.
Twoba turavuga ko #CristianoRonaldo🇵🇹 agiye gufata ikibanza ca mbere nk' umukinyi afise ibitsindo vyinshi kw' isi yose?
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -