Breaking News
Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu gihugu ca Zimbabwe risaba ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa Africa #CAF gusivya inkin… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu gihugu ca Zimbabwe🇿🇼 risaba ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa Africa #CAF gusivya inkino za #CHAN buca zitangura kw’ igenekerezo rya 16 Nzero 2021 muri Cameroon🇨🇲
Igituma ni #COVID_19 yasubiye kwibonekeza mu bihugu bitandukanye.
Mu minsi iheze, abakinyi 9 n’ abandi bantu 5 bari muri #Staff ya #Zimbabwe, basanze bafise ibimenyetso vy’ iyo ndwara.
Ku bwawe ico ciyumviro cico gihugu co gusivya izo nkino ubona gifashe?
#PérèsNIBIGIRA

Radio Magara Times FM, profile pictureImage may contain: people playing sports, text that says 'ZIMBABWE WE FOO BALL ASSOCIATION E ZIM'

Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  • 0
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -