#RMT: Inyuma y' akaruhuko k' indwi imwe nk' uko vyama bigenda buri kwezi, kuri uyu 04 Nzero 2021 abasanzwe barangura umwuga w'… – #RMTUpDates

Inyuma y' akaruhuko k' indwi imwe nk' uko vyama bigenda buri kwezi, kuri uyu 04 Nzero 2021 abasanzwe barangura umwuga w' uburovyi mu kiyaga #Tanganyika🇧🇮 batanguye akazi kabo ukuri kwamye.
Aho twaciye ku kivuko c' uburovyi ca #Rutumo kiri muri zone Minago intara ya Rumonge, imyiteguro yariko igenda neza.
Abarovyi bakizera ko k' uno kwezi kutazomera nk' uguheze aho amafi yabonetse k' urugero rwo hasi.
Abakunda kwihereza amafi ejo aho bukera ntimuzotangwe kuja kuyasuma.
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …