Breaking News
Kubera ikibazo c' ubutunzi, umurwi #FCBarcelone uherutse gufata urugendo rw' imodoka m' urukino rwayihuje na #Husca aho FC Ba...

#RMT: Kubera ikibazo c' ubutunzi, umurwi #FCBarcelone uherutse gufata urugendo rw' imodoka m' urukino rwayihuje na #Husca aho FC Ba… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Kubera ikibazo c' ubutunzi, umurwi #FCBarcelone uherutse gufata urugendo rw' imodoka m' urukino rwayihuje na #Husca aho FC Barcelone yagaruye mu kigega imiriyoni 30.000€, vyumvikana kw' iyo bagenda n' indege ayo mahera yari gukora yose.
Tubitse k' urwo rukino rwarangiye ku ntsinzi y' igitsindo kimwe ca FC Barcelone cinjijwe na #FrankieDeJong k' umunota wa 27 k' ubusa bwa #Huesca.
Mbe ko tubona hariho imirwi iri m' ubukene, aho imirwi izogura abakinyi yipfuza?
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -