Breaking News
Ayavugwa!...

#RMT: Ayavugwa!… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Ayavugwa!

Mw' ijambo Buramatari w' intara ya #Rumonge yashikirije abene gihugu bo muri iyo ntara, yabahamagariye kwirinda #COVID_19 yongera asaba abenegihugu
gukurikiza impanuro zitangwa n'abajejwe amagara y'abantu. Yaboneyeho akaryo ko gukebura abinjirira kumipaka yo mukinywabi kuvavanura n'iyo ngeso anavuga ko uwo wese azofatwa yinye bidaciye mumategeko canke agakingira ikibaba abinjirira mukinywabi ko igihugu kizobafata nk' inkozi z' ikibi.

#EmmanuelNdabashinze





Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -