#RMT: #Club_HINDUKA yo muri zone Magara Komine Bugarama, mu ntara ya #RUMONGE igiye gushira ku mugaragaro ireresi yabo bise #JIJUKA. Aho ni mugihe… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:


#Club_HINDUKA yo muri zone Magara Komine Bugarama, mu ntara ya #RUMONGE igiye gushira ku mugaragaro ireresi yabo bise #JIJUKA. Aho ni mugihe kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Nzero 2021 ariho bashira ku mugaragaro bimwe mu bice bizoba bigize iyo reresi. #Club_HINDUKA ikaba isaba uwo wese ashoboye kugira ico aterera ko yoyifata mu mugongo kugira ico gikorwa kize kigende neza.
#Olivier_NIBITANGA



Source

PUBLICITÉS:

Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire