#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe…. – #RMTUpDates


Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe.
Dadu Calixte, n' umuririmvyi wa #Gospel avugaka muri zone Magara komine Bugarama mu ntara ya #Rumonge akaba yiberera mu gihugu ca Africa y' epfo mu gisagara ca CapTown. Iyo ndirimbo yiwe nshasha yagiye ahabona k' umunsi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 abicishije kuri YouTube aho abantu benshi bayikunze cane.
Weho uyumva gute?
#OnesimeNdayishimiye


Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …