#RMT: Mu mpera z’iyi ndwi turangije, abandi bantu ijana ngo nibo bashoboye gutorwa ko banduye umugera wa korona, bakaba batowe mu bagera 5300 bapi… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Mu mpera z’iyi ndwi turangije, abandi bantu ijana ngo nibo bashoboye gutorwa ko banduye umugera wa korona, bakaba batowe mu bagera 5300 bapimwe kubera babonanye na bamwe 40 baheruka kuyitorwako.

Thaddée_Ndikumana, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu n’ukurwanya Sida amenyesha ko urugamba rwo kurondera abantu bose babonanye n’abanduye rusa n’urwaheze.

#Thaddée_Ndikumana agasaba ariko abantu bose bumva bafise ibimenyetso vya Koronavirisi kwihutira kwipimisha. Yongera kandi gusaba abantu kubandanya bakurikiza amabwirizwa ajanye no kwikingira cane cane kutaramukanya no kudakoranako, gukaraba n’amazi meza n’isabune kuko abahinga basanze imigera ya #Covid19 ihanahanwa cane biciye mu ntoke.
#Olivier_NIBITANGA
Source: Indundi.com



Source

PUBLICITÉS:

Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire