#RMT: Umushikiranganji wa mbere #Alain_Guillaume_Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca #covid_19 hamwe … – #RMTUpDates

Umushikiranganji wa mbere #Alain_Guillaume_Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca #covid_19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.

Umushikiranganji wa mbere yabishikirije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 13 Nzero 2021 mu rugendo yagize mi kibanza kiri ku nzu y’iburaro “#Hôtel_Source_du_Nil” hamwe no mu kigo #INSP ahasanzwe hatangirwa impapuro zerekana ko umuntu ata mugera wa koronavirisi afise, ku bashaka kuja hanze y’igihugu.

Alain Guillaume Bunyoni amenyesha ko Reta izokora uko ishoboye kwose mu gukingira abanyagihugu bayo.
#Olivier_NIBITANGA
Source: Indundi.com



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …