Breaking News
#Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it...

#RMT: #Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

#Uganda🇺🇬: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka itanu(5) iri imbere aho yatowe ku majwi 59% mu gihe uwo batavuga rumwe ari nawe benshi baha amahirwe muri ico kibanza co kurongora Uganda #RobertKyagulanyu(Bobi Wine) yatowe ku majwi 35%.

Akanama gashinzwe gutunganya amatora gasaba leta ya Uganda kwongera kureka #Internet igakora ukuri kwamye nk' uko vyahora.
#BobiWine avuga kw' ayo matora yaranzwe n' utunenge ko niyo Internet yasubira gukora kwazoshira ahabona utunenge twayaranze.

MN: Yoweli Kaguta Musaveni yatwaye Uganda kuva 1986.
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -