#RMT: Umurwi #AigleNoirClubSportif wo ntara ya Makamba umenyesha ko #JospinNshimirimana na #PiclaireIrakoze yari yatijijwe muri Olympic Star bafat… – #RMTUpDates

Umurwi #AigleNoirClubSportif🇧🇮 wo ntara ya Makamba umenyesha ko #JospinNshimirimana na #PiclaireIrakoze yari yatijijwe muri Olympic Star bafata urugendo rw' indege kuri uno wa 16 Nzero 2021 bagana igihugu ca 🇹🇷 aho bagiye mw' igeragezwa(Stages) m' umurwi #YaniMalatyaspor ukinamwo Youssouf Ndayishimiye Nyange.
#RadioMagaraTimesFM92MHZ ibipfurije urugendo rwiza no kubandanya batera imbere nk' umuzinga.
Weho ubipfurije iki?
#PérèsNIBIGIRA



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …