Breaking News
Gitaza: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' i...

#RMT: Gitaza: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' i… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Gitaza🇧🇮: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' intara ya Rumonge yaba mu kumesa impuzu iruhande y' ikiyaga #Tanganyika hanyuma #imvubu icimufata ubw' inyuma maze induru y' abantu iba nyinshi mu ntumbero yo kumutabariza niho yabona kumurekura ariko yamukomerekeje cane.
Muri uyo mwanya nyene, baciye bamunyarukana kw' ivuriro mu #Kabezi ariko inyuma y' umutaga wo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nzero 2021 yaciye yitaba Imana.
#RadioMagaraTimesFM92MHZ imwipfurije uburuhukiro bwiza, Imana nayo iremeshe umuryango incuti n' abagenzi ba nyakwigendera.
#PérèsNIBIGIRA



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, Ă©mettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | TĂ©l: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -