#RMT: #Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi…. – #RMTUpDates

#Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi.
👉 Kirazira kwambara ibutura, i "singlets", impuzu zo kwinonora imitsi, inkofero, munekere (pocket down) ikambabiri, n'ibirato vyose vyerekana amano (sandales), imipira ya za lumitel, econet-leo, n'izindi ;
👉 Ku bigeme, kirazira kwambara impuzu ngufi, izerekana mu mugongo,
ibitenge, utujabitugu ( foulards), impuzu zifata cane (collant Kwitabira terefone mw'ishure, canke aho basomera ibitabu birihanijwe ;
👉 Ama "ligala" y'inkumi n'imisore ahantu nko mu bibuga vya volleyball na basketball canke mu vyumba arabujijwe inyuma y'isaha zitatu z'ijoro.
Basomyi bahire, izo ngingo muzivugako iki ?

#OnésimeNdayishimiye





Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …