#RMT: Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho … – #RMTUpDates

Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho igihugu c’ Uburundi🇧🇮 cungutse ibibanza 11. Cahora mu kibanza c’ ijana na mirongo ine n’ icende (149) ariko ubu ico gihugu kiri mu kibanza c’ ijana na mirongo itatu n’ umunani (138).
Iyo nkuru uyakiriye gute?
#PérèsNIBIGIRA

Radio Magara Times FM, profile pictureMay be an image of 1 person, standing and grass

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …