Breaking News
#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi....

#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi….

PUBLICITÉS:

#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi.
Ni wo mugwi umaze gutahukana igikombe mw'ihiganwa mpuzamakungu. Aho hari muri 2013 aho watahukana igikombe citiriwe Kagame inter-club. Mu 1992, umugwi Vital'O waranashitse mu rukino rwa nyuma rw'ihiganwa ryo ku mugabane wa Afrika ryitwa "Coupe des coupes".
Ng'iyi imigwi 6 imaze gutahukana ibikombe vyinshi mu mupira w'amaguru hano mu Burundi.

#OnesimeNdayishimiye



Source

PUBLICITÉS:
Spread the love
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -