Breaking News
Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota… – #RMTUpDates

PUBLICITÉS:

Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota mu matsinda birimwo.
MN: Ibihugu bigera kuri bitanu(5) biramaze gukatisha itike navyo ni:
1) Cameroun
2) Sénegal
3) Algérie
4) Mali
5) Tunisie

Vuga igihugu cawe hanyuma wongere uvuge ko gifise amahirwe canke kwatayo gifise yo gukina inkino za nyuma za #CAN2021 zizobera muri #Cameroun.
#PérèsNIBIGIRA


Radio Magara Times FM, profile pictureNo photo description available.No photo description available.No photo description available.No photo description available.

Source

PUBLICITÉS:
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya …

Radio Magara Times FM, profile picture

#RMT: Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo gukina #CAN2021. #Burundi 3-1 #Mauritania #Tchad… – #RMTUpDates

Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo …

Laisser un commentaire