#RMT: Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Ma… – #RMTUpDates

Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi🇧🇮 m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Mauritania🇲🇷 mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina #CAN2021 izobera muri #Cameroon🇨🇲 .
Urwo rutonde urubona gute rutarimwo #AmissiCedric kubera ikarata zitatu z’ umuhondo afise na #NsabiyumvaFréderic yakomeretse?
#PérèsNIBIGIRA

Radio Magara Times FM, profile pictureMay be an image of one or more people

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …