Burundi: Umukuru w’ igihugu yatanze imodokari nshasha ku bayobozi b’ indero mu ntara zose uko ari 18. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Gitugutu 2021, umukuru w’ igihugu #EvaristeNdayishimiye yatanze imodokari nshasha zigiye kwunguruza…

Burundi: Umukuru w’ igihugu yatanze imodokari nshasha ku bayobozi b’ indero mu ntara zose uko ari 18. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Gitugutu 2021, umukuru w’ igihugu #EvaristeNdayishimiye yatanze imodokari nshasha zigiye kwunguruza abayobozi b’ indero mu ntara 18 zigize igihugu c’ Uburundi. Ico gikorwa c’ iteka cabereye mu ntara ya Gitega inyuma y’ inama n’ abo bayobozi. Umukuru w’ igihugu yabasavye kuzozibungabunga maze yongera kubasaba no gukora cane bakaduza umwimbu kugira ngo n’ akanovera mu gisata c’ indero kisununure mu Burundi. Iyi nkuru uyakiriye gute? #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of 1 person, standing, car and outdoorsMay be an image of outdoorsMay be an image of 5 peopleMay be an image of 3 people, people standing and grass

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …