Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme( Senior) wasezereye umurwi nserukira gihugu wa Erithrea. Urukino rwo gusubiriza mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino za #CAN2022 zizobera muri Maroc mu kwezi kw’ indwi, umurw…

Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme( Senior) wasezereye umurwi nserukira gihugu wa Erithrea. Urukino rwo gusubiriza mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino za #CAN2022 zizobera muri Maroc🇲🇦 mu kwezi kw’ indwi, umurwi nserukira gihugu w’ abigeme ku ruhande rw’ abakuze watsinze igitsindo kimwe k’ ubusa bwa Erithrea m’ urukino rwabereye mu gisagara ca Ngozi kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Gitugutu 2021. Abarundikazi bazoca bahura na Djibouti yatsinze impaga Urwanda. FT: Burundi1-0 Erithrea (Agg: 6-0)
⚽Joalla Bukuru🇧🇮 Turakeje cane Abarundikazi kuri iyo ntsinzi batahukanye💪💪💪💪💪 #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of 4 people, people standing and text that says '16 E'

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la sixième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la sixième journée. 🔴Samedi, le 17.09.2022 FT: Aigle Noir …

Primus-Ligue : J6 (Samedi, le 17.09.2022)…

Primus-Ligue🇧🇮 : J6 (Samedi, le 17.09.2022) FT: Olympic Star FC 2-0 B S Dynamik FT: …