Rumonge: Inkuru nziza ku bakunzi ba Les Crocos FC. Inyuma y’ urugendo rwakozwe ku kibuga Ivyizigiro co mu ntara ya Rumonge n’ intumwa z’ Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu Burundi #FFB, izo ntumwa zigasanga harabaye akarusho ku bijanye n…

Rumonge: Inkuru nziza ku bakunzi ba Les Crocos FC. Inyuma y’ urugendo rwakozwe ku kibuga Ivyizigiro co mu ntara ya Rumonge n’ intumwa z’ Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu Burundi #FFB, izo ntumwa zigasanga harabaye akarusho ku bijanye no gutunganya neza ico kibuga ca kirirako umurwi les Crocos FC, kuva ku ndwi igira 10 uyo murwi ugiye gutangura kwakirira inkino zawo zo mu cicaro ca mbere kuri ico kibuga. Kuva igenekerezo rya 14/08/2021 igihe ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru mu Burundi ritanguye, umurwi Les Crocos FC wahora wakirira ku kibuga N.P.P.C c’ umurwi Aigle Noir CS wo mu ntara ya Makamba. Iyi nkuru uyakiriye gute? #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

No photo description available.

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …