El Clasico: Burakeye tuvyereke abagabo. Kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 24 Gitugutu 2021 igihe c’ isaha cumi n’ iminota cumi n’ itanu(16h15′), niho ku kibuga ca FC Barcelone #CampNou habera urukino ruhuza imirwi ibiri y’ ibihangange muri …

El Clasico: Burakeye tuvyereke abagabo. Kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 24 Gitugutu 2021 igihe c’ isaha cumi n’ iminota cumi n’ itanu(16h15′), niho ku kibuga ca FC Barcelone #CampNou habera urukino ruhuza imirwi ibiri y’ ibihangange muri Espagne(FC Barcelone Vs Real Madrid). Ubona ari uyuhe murwi uhaye amahirwe yo gutahukana amanota atatu? MN: Urwo rukino turarubashikiriza ikibiriraho kuri Radio Magara Times FM.
Mwibuke kugumiza agashinge kuri 92Mhz ndetse no kuri Internet muradutora neza mwanditse #FM.MagaraTimes.Com/live #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of text that says 'ELCLASICO FCB FCBARCELONA BARCEL C VS REAL MADRID'

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …