Ishirahamwe riraba ivy’amazi #RegieCommunal ntiryemerewe gutoza amafranga mu mihana. Ingingo yafashwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yafashe iyo ngingo yibutsa ko komine ari yo yo nyene ifis…

Ishirahamwe riraba ivy’amazi #RegieCommunal ntiryemerewe gutoza amafranga mu mihana. Ingingo yafashwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yafashe iyo ngingo yibutsa ko komine ari yo yo nyene ifise uburenganzira bwo gusanura inyubakwa, ibicishije mu kigega kijejwe iterambere.

Asaba abarongoye intara zitandukanye guhagarika ayo mafranga atozwa n’iryo shirahamwe mu makomine yose.

#Kikotionesimendayishimiy
#Radiomagaratimes


No photo description available.

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …