Ligue Nationale B R1: Imirwi yaduze mu cicaro ca kabiri(2020-2021) yose yaratsinzwe. Kuri uyu wa 14 Gitugutu 2021, niho ihiganwa ry’ icicaro ca kabiri m’ umupira w’ amaguru mu Burundi ryatangura. Imirwi yaduze mu cicaro ca kabiri yose yarat…

Ligue Nationale B🇧🇮 R1: Imirwi yaduze mu cicaro ca kabiri(2020-2021) yose yaratsinzwe. Kuri uyu wa 14 Gitugutu 2021, niho ihiganwa ry’ icicaro ca kabiri m’ umupira w’ amaguru mu Burundi ryatangura. Imirwi yaduze mu cicaro ca kabiri yose yaratsinzwe aho twovuga nka Magara Young Boys FC yatsinzwe na Inter Star FC ibitsindo bibiri kuri kimwe nayo LLBS4A yirahira Intwararumuri FC ibitsindo bitatu vyose kuri kimwe, ni mw’ itsinda A rigizwe n’ imirwi y’ i Bujumbura. 🔴Kuwa kane itariki 14/10/2021
👉Stade Intwari 13h00 Magara Young Boys 1-2 Inter Star FC
👉Stade Intwari 15h30 LLBS4A 3-1 Intwararumuri FC 🔴Kuwa gatanu itariki 15/10/2021
Stade Intwari 13h00 Les Lierres FC 1-2 Tel Aviv FC 🔴Uko imirwi… More

May be an image of 3 people, people playing football, people standing and grassMay be an image of 6 people, people standing and grassMay be an image of one or more people, people standing and grassMay be an image of 3 people, people standing and grass

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …