Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Qatar 2022. Nk’ uko Bivugwa n’ umusatirizi wa PSG akaba n’ umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw’ inkino z’ igikombe c’ isi zizobe…

Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Qatar 2022. Nk’ uko Bivugwa n’ umusatirizi wa PSG akaba n’ umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw’ inkino z’ igikombe c’ isi zizobera muri Qatar 2022 zirangiye ko nawe azoca asezera gukinira umurwi nserukira gihugu wa Brésil. Neymar Junior mu mwaka uza(2022) azoba afise imyaka 30. MN: Inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Cristiano Ronaldo na Lionel Messi nabo nyene bazoca basezera gukinira imirwi yabo nserukira bihugu. Ku myaka 30, ubona hari hageze kuri Neymar Junior kutabandanya akinira umurwi nserukira gihugu ? #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of 6 people and text that says 'FIFA WORLD CUP 2022 QATAR THREE LEGENDS'

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la sixième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la sixième journée. 🔴Samedi, le 17.09.2022 FT: Aigle Noir …

Primus-Ligue : J6 (Samedi, le 17.09.2022)…

Primus-Ligue🇧🇮 : J6 (Samedi, le 17.09.2022) FT: Olympic Star FC 2-0 B S Dynamik FT: …