Rumonge: Intererano itavuna yo gufata mu mugongo umurwi nserukira ntara w’ umupira w’ amaguru Nk’ uko biri mw’ itangazo inomero 531.015/13/2021 ryo kuri uyu wa 08 Gitugutu 2021, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w’ intara ya Rumonge amenyesha…

Rumonge: Intererano itavuna yo gufata mu mugongo umurwi nserukira ntara w’ umupira w’ amaguru ⚽ Nk’ uko biri mw’ itangazo inomero 531.015/13/2021 ryo kuri uyu wa 08 Gitugutu 2021, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w’ intara ya Rumonge amenyesha abenegihugu bose bo mu ntara arongoye, abahaba na cane cane abaharangurira imirimo ko hashinzwe intererano itavuna yo gushigikira umurwi w’ umupira w’ amaguru nserukira ntara. Iyo ntererano izotozwa:
– Ku modoka n’ ibindi
– Ku nzu z’ ubudandarizo
– Ku badandaza. MN: Hagiye gushingwa umurwi uzotoza izo ntererano mu bice vyose abandi barashobora guterera uyo murwi babicishije kuri nomero ya konte 00101184881 yuguruwe muri BCB kw’ izina rya #CentreMessagerRumonge. Iyo ngingo izotangura gushigwa mu ngiro kw’ igenekerezo rya 15 Gitugutu 2021. Iyo ngingo uyakiriye gute? #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

No photo description available.

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …