Ubworozi: Mu gisagara ca Magara muri commune Bugarama,intara ya Rumonge,haracibonekeza ibitungwa bikiyerera mw’ibarabara no mw’isoko na cane cane impene,mugihe ikiringo aborozi bahawe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi hamwe n’ibiduk…

Ubworozi: Mu gisagara ca Magara muri commune Bugarama,intara ya Rumonge,haracibonekeza ibitungwa bikiyerera mw’ibarabara no mw’isoko na cane cane impene,mugihe ikiringo aborozi bahawe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi hamwe n’ibidukikije carangiye ko ibitungwa vyose bigomba kugaburirwa mu ruhongore,ko kizira ku borozi kurekura ibitungwa hanze canke ku misozi.
None ibi bitungwa bicibonekeza Mu gisagara ca Magara twovuga ko vyovyo iryo tegeko ritabikorako?
#Manassé Gangi Nibigira #RMT2021
#Radio magaratimes.fm

May be an image of animal, motorcycle and roadMay be an image of animal and outdoorsMay be an image of dog, tree and roadMay be an image of tree, grass and road

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …