UEFA Nations League: Igihugu c’ Ubufaransa caraye gitsinze Espagne m’ urukino rwa nyuma (Finale). Hari kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2021 niho hakinywe urukino rwa nyuma muri #UEFANationsLeague. Ibitsindo vya Kylian Mbappé …

UEFA Nations League🇪🇺: Igihugu c’ Ubufaransa caraye gitsinze Espagne m’ urukino rwa nyuma (Finale). Hari kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2021 niho hakinywe urukino rwa nyuma muri #UEFANationsLeague. Ibitsindo vya Kylian Mbappé na Karim Benzema nivyo vyahaye intsinzi igihugu c’ Ubufaransa nayo Espagne yatahiye igitsindo kimwe ca Mikel Oyarzabal.
FT: Espagne🇪🇦 1-2 France🇲🇫
⚽M.Oyarzabal 64′ ⚽K.Benzema 66′
⚽K.Mbappé 80′ Turakeje cane Abafaransa kuri iyo ntsinzi #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of 13 people and people standingMay be an image of 11 people, people standing and outdoorsMay be an image of 2 people, people standing and text that says 'UEFA NATIONS LEAGUE WINNERS 2020 2020/21 21'May be an image of 1 person

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …