Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari…

Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari mu rukino rwo gusubiriza rwabereye muri Africa y’ epfo mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino z’ igikombe c’ isi kizobera muri Costa Rica🇨🇷 2022. Tubibutse ko m’ urukino rwa mbere rwari rwabere ku kibuga Urukundo mu ntara ya Ngozi, n’ aho nyene Abarundikazi U20 bari babikoze neza kuko bahatsindiye Namibia ibitsindo 3 k’ ubusa, vyose hamwe bibaye ibitsindo bitanu k’ ubusa mu nkino zibiri. FT: Namibia🇳🇦 0-2 Burundi🇧🇮(0-3, 0-2)
⚽⚽Divine Turakeje cane abo bigeme kw’ iteka bateye igihugu cacu💪💪💪 #PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM

May be an image of stadium

Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …