FT: AC Express (Gitega) 2-3 Tara Star FC(Buja-Mairie) (Agg: 4-5)…

FT: AC Express❎ (Gitega) 2-3 Tara Star FC✅(Buja-Mairie) (Agg: 4-5)
FT: Buganda City FC✅ (Cibitoke) 6-1 Étoile FC (Bubanza)❎ (Agg: 7-1).

Umurwi wa Tara Star FC wo mw’ ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu gisagara ca Bujumbura (AFB) n’ umurwi wa Buganda City FC wo mu ntara ya Cibitoke niyo ihejeje kuronka amahirwe yo kuja mu cicaro ca kabiri (Ligue Nationale B) mu Burundi.

Turakeje iyo mirwi ku ntambwe nziza iteye💪

#PeresNibigira✍️
#RADIOMAGARATIMESFM



Source

About Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

Check Also

Primus-Ligue 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus ce dimanche, le 02 Oct.2022….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Les résultats de ce samedi, le premier Oct.2022 ainsi que les matches prévus …

Primus-Ligue 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée….

Primus-Ligue🇧🇮 2022/2023: Tous les résultats de la septième journée. FT: Buja City FC 0-1 Olympic …