Breaking News

Magara Times FM 92.00 Mhz

NEWSDESK de la Radio Magara Times FM, émettant sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: newsdesk@fm.magaratimes.com | Twitter at: @MagaraTimesFM. | Instagram at: @MagaraTimesFM. | Facebook at: @MagaraTimesFM. | Pinterest at: @MagaraTimesFM. | Tumblr at: @MagaraTimesFM. |

#RMT: Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Ma… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi🇧🇮 m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Mauritania🇲🇷 mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina #CAN2021 izobera muri #Cameroon🇨🇲 . Urwo rutonde urubona gute rutarimwo #AmissiCedric kubera ikarata zitatu z’ umuhondo afise na #NsabiyumvaFréderic …

Read More »

#RMT: Musitanteri wa komine Bugarama yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw’isi yose uwo musi muri Kom… – #RMTUpDates

Musitanteri wa komine Bugarama  yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw'isi yose uwo musi muri Kom...

Musitanteri wa komine Bugarama yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw’isi yose uwo musi muri Komine Bugarama ukaba wahimbazwe kw’igenekerezo rya 13/11/2020 #Olivier Nibitanga #Magara Times FM 92.0 Source                           

Read More »

#RMT: #CAN2021 R4 dimanche, le 15 Novembre 2020 Intwari Stadium 15h00 #Burundi 3-1 #Mauritanie. #FullTime Goals: Saido Ntibazonkiza 6′ … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

#CAN2021 R4 dimanche, le 15 Novembre 2020 Intwari Stadium 15h00 #Burundi🇧🇮 3-1 #Mauritanie. #FullTime Goals: Saido Ntibazonkiza 6′ M.Niass 27′ Yusuf Nyange 46′ Saido Ntibazonkiza 55′ #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania?? #SaidoNtibazonkiza ameifungia n… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Akiwa na timu yake ya taifa ya #Burundi🇧🇮, mshambuliaji mpya wa klabu ya #YoungAfricans ya chini #Tanzania??🇿 #SaidoNtibazonkiza ameifungia nchi yake ma goals mane (4) katika mechi tatu (3) tangu arudishwe ndani ya kikosi cha timu ya taifa. Leo Ijumapili Novemba 15, 2020 amefunga ma goals mawili katika mchezo wakutafuta …

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo gukina #CAN2021. #Burundi 3-1 #Mauritania #Tchad… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo gukina #CAN2021. #Burundi🇧🇮 3-1 #Mauritania🇲🇷 #Tchad🇹🇩 1-1 #GuinéeConakry🇬🇳 #Comoros 2-1 #Kenya #GuinéeBissau🇬🇼 0-1 #Sénegal🇸🇳 #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijo… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijoro ko #LouisSuarez yohuye na mugenziwe bari mu mirwi itandukanye ariko ntibigikunze kubera ko #LouisSuerez bamusanzemwo ibimenyetso vya #COVID-19. Uvyakiriye gute? #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota mu matsinda birimwo. MN: Ibihugu bigera kuri bitanu(5) biramaze gukatisha itike navyo ni: 1) Cameroun 2) Sénegal 3) Algérie 4) Mali 5) Tunisie Vuga igihugu cawe hanyuma wongere uvuge …

Read More »

#RMT: Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMa… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMadrid. Iyo #derby yagenze uku: Real Madrid 3-0 Athletico Madrid#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Umurundi wese ategerezwa kwama agavye kandi agaterera agacumu k’ ubumwe mu kurwanira igihugu c’ amavukiro yiwe…. – #RMTUpDates

Umurundi wese ategerezwa kwama agavye kandi agaterera agacumu k’ ubumwe mu kurwanira igihugu c’ amavukiro yiwe....

Umurundi wese ategerezwa kwama agavye kandi agaterera agacumu k’ ubumwe mu kurwanira igihugu c’ amavukiro yiwe. Ivyo vyashikirijwe igihe hariko hahimbazwa umusi mukuru wahariwe Intwari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Munyonyo 2020 k’ umutumba wa #Cashi uri muri Zone Magara komine Bugarama. Source                           

Read More »