Breaking News

Audio News

#RMT: NDIKUMWENAYO_Oscar arahimiriza kubandanya bakwirikiza ingingo zo kwi kingira COVID-19 – #RMTUpDates

NDIKUMWENAYO_Oscar arahimiriza  kubandanya bakwirikiza ingingo  zo kwi kingira COVID-19

Muri Komine Bugarama Umuhanuzi wa Musitanteri ajejwe intwaro n’ imibano #NDIKUMWENAYO_Oscar arahimiriza abene gihugu kubandanya bakwirikiza ingingo zafashwe n’ Umushikiranganji w’amagara y’abantu #Thadée_Ndikumana. Akaba yabishikirije kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 ku mutumba wa #Magara_I, kumvo zo kurabira hamwe ko izo ngingo zo kwirinda ikiza ca #CORONA_VIRUS …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-08-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo ikurikira: -Barashima uko akazi kabo kagenda naho kataburamwo ingorane abo nabo akaba ari abararira amato kumweha wa Magara. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…. 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200804 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wakabiri mushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuri uyu wambere Myandagaro 2020 harabaye umunsi mukuru wahariwe umunsi wo gufashanya Amakenga n’ahere kubenegihugu barangurira imirimo yabo mwisoko nkuru ya Magara bivanye n’inyubakwa igira yubakwe mwisoko hagati Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube. Facebook. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 03-08-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Guheranigwa mukazi canke murudandazwa nibimwe mubisubiza inyuma abarundi n’Uburundi. -Kumusi wagatandatu harabaye urukino ngwahuje Rutumo Star na Kizegwa united. Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu : YouTube, Facebook, Website,… 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 31-07-2020 dushikirizwa na Jean CIZA agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Umugambi wo gutangishwa amahera ya assurence kubarovyi ngo ntiwakiriwe neza naba rovyi bose. Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…. 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200730 – Amakuru ya Radiom @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kane igenekerezo rya 30-07-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuruyu musi wakane igenekerezo rya 30-07-2020 niho aba Islam bokwisi yose baja mumafungo yumusi mukuru bitiriye kubaga intama. -Ntamwuga udakiza, Abasanzwe bakora umwuga wukubarira ibirato barashima uko basanzwe barangura uwomwuga wabo bakana himiriza abandi …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200729 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 29-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Felicien agizwe ningingo nkururu nkuru zikurikira: -Igikogwa co gupima covid-19 kirabandanya mugihugu cose abo basanze baranduye bakabakurikirana. -Buraca bugacana ayandi mugihe harihagize imisi higaragaza ibura ry’amafi kumweha wa MAGARA Imana ikabiriko iracana umwimbu ukaburiko uraboneka muruwo mweha. Amakuru aramvuye muyakurikirana …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200728 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kabiri igenekerezo rya 28-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Unomusi igenekerezo rya 28-07-2020 niho mugihugu cose hariko hakogwa ikibazo ca reta kirangiza amashure yisumbuye kigatanga uburenganzira bwokuja mu zakaminuza. -Amasanganya yimiriro arakunze kwigaragaza muribino bihe vyimpeshi aba yaturutse ku miriro isanzwe canke kumiyagankuba. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200727 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 27-07-2020 dushikirizawa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikirikira: -Impinduka ziriko ziribonekeza kukiyaga tanganyika ahoharihaheze imisi icokiyaga caricateye umwuzure . -Mugihe abenegihugu batohabera maso barashobora kwandura indwara zituruka kwisuku rike nacanecane kubakorera munzu zuburiro -Murikinogihe cuburuhuko abanyeshure barakwiye gukora ibikogwa bizobafasha kuronka ibikoresho …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200722 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 22-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -kugwanya ibiturire kubunga bunga itunga ry’igihugu hamwe no gutahukana impuzi ngo nibimwe mumigambi Reta y’uburundi igiye gushira mungiro vuba. -Hagizimisi hibonekeza amasanganya mumabarabara atandukanye abajejwe umutekano barakwiye kuhabera magabo kugira ngwayo masanganya agabanuke. -Amapikipiki …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200721 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kabiri igenekerezo rya 21-07-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Unomusi niho hatangura indwi ya hariwe amagara meza mugutanga ibinini vy’Inzoka kubana na bagore bubungenze. -Hamaze imisi hibonekeza ubusuma bw’Ibikoresho vy’Umuyagankuba mu gisagara ca Bujumbura. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,… 20200721 …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200717 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Intrnet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 17-07-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’Ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Umukuru w’Igihugu c’Uburundi aratera akamo abarundi kuvomerera imirima muri kino gihe co muci. -Naho ikiza ca corona Virus carandagase mu Burundi nticabujije ko ibikogwa vyo kubaka ingomero zumuyagankuba kunzuzi Jiji na Murembwe …

Read More »