Club HINDUKA yo muri Komine Bugarama igiye gushira ku mugaragaro ireresi yabo biseJIJUKA Source.
Muri Komine Bugarama Umuhanuzi wa Musitanteri ajejwe intwaro n’ imibano #NDIKUMWENAYO_Oscar arahimiriza abene gihugu kubandanya bakwirikiza ingingo zafashwe n’ Umushikiranganji w’amagara y’abantu #Thadée_Ndikumana. Akaba yabishikirije kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 ku mutumba wa #Magara_I, kumvo zo kurabira hamwe ko izo ngingo zo kwirinda ikiza ca #CORONA_VIRUS
Kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 16.11.2020 Radio Magara Times yaragendeye umutumba wa Cashi , Zone Magara , Komine Bugarama i Ntara ya Rumonge Mu kiganiro Komine yacu. #Barekebavuge François KOMINE YACU Source.
MAGARA TIMES FM 92.0MHZ Internet : fm.magaratimes.com/live whatsapp : +25769246353 facebook : magara times fm ABIKORERA UTWABO Source.
Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-08-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo ikurikira: -Barashima uko akazi kabo kagenda naho kataburamwo ingorane abo nabo akaba ari abararira amato kumweha wa Magara. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…. 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri
Amakuru yo kuri uno munsi wakabiri mushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuri uyu wambere Myandagaro 2020 harabaye umunsi mukuru wahariwe umunsi wo gufashanya Amakenga n’ahere kubenegihugu barangurira imirimo yabo mwisoko nkuru ya Magara bivanye n’inyubakwa igira yubakwe mwisoko hagati Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube. Facebook.
Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 03-08-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Guheranigwa mukazi canke murudandazwa nibimwe mubisubiza inyuma abarundi n’Uburundi. -Kumusi wagatandatu harabaye urukino ngwahuje Rutumo Star na Kizegwa united. Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu : YouTube, Facebook, Website,… 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM
Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 31-07-2020 dushikirizwa na Jean CIZA agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Umugambi wo gutangishwa amahera ya assurence kubarovyi ngo ntiwakiriwe neza naba rovyi bose. Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…. 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri
Amakuru yo kuwa kane igenekerezo rya 30-07-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuruyu musi wakane igenekerezo rya 30-07-2020 niho aba Islam bokwisi yose baja mumafungo yumusi mukuru bitiriye kubaga intama. -Ntamwuga udakiza, Abasanzwe bakora umwuga wukubarira ibirato barashima uko basanzwe barangura uwomwuga wabo bakana himiriza abandi
Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 29-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Felicien agizwe ningingo nkururu nkuru zikurikira: -Igikogwa co gupima covid-19 kirabandanya mugihugu cose abo basanze baranduye bakabakurikirana. -Buraca bugacana ayandi mugihe harihagize imisi higaragaza ibura ry’amafi kumweha wa MAGARA Imana ikabiriko iracana umwimbu ukaburiko uraboneka muruwo mweha. Amakuru aramvuye muyakurikirana